Muyinga: Kurekuriranira no gusubiza hamwe birashoboka
Ku wa 6 igenekerezo rya 11 Kigarama 2021, diyoseze ya Muyinga yaratunganije inkuka y'iminsa yo kurungika icese abatowe mu ma paruwasi mu butumwa bwo kurekuriranira no gusubiza hamwe. Umwepiskopi wa…