Mugongomanga: ikinogo kimwe kigereranywa n’ibinogo 8 vyo ku Ruvubu
Kuri uyu wa 5, Umukuru w'umurwi CVR yagendeye abakozi buyo murwi aho uriko urakorera ku mutumba Rutambiro zone Kankima komine Mugongomanga intara ya Bujumbura. Umurwi CVR ukaba wahubuye ikinogo rusangi…