Ruyigi : Hari abatinyuka kuja imbere y’abandi kugira ngo abarundi baganire
Mu bwicanyi bwabaye mu 1996 k'umutumba Nyabitare komine Butezi intara ya Ruyigi,NTAHOMPAGAZE Tharcisse niwe yazanye abasirikare bishe mwenewabo na MAYUZUGURU Simon. https://www.youtube.com/watch?v=R4x7JDYefGw