Burundi,génocide 1972-1973: CVR yitabira inama yateguwe na MIPAREC muri komine Rutegama intara ya Muramvya
Actualités Vidéos

Burundi,génocide 1972-1973: CVR yitabira inama yateguwe na MIPAREC muri komine Rutegama intara ya Muramvya

Kuri uyu wa 3, igenekerezo rya 17/07/2024, ishirahamwe MIPAREC ryaratunganije inama muri komine Rutegama intara ya Muramvya. Rikaba ryari ryaratumiye umurwi CVR. Umukuru w'umurwi akaba yasavye abenegihugu bo muri komine…