Gushigikira ibikorwa bijanye no kunywanisha: CVR itanga inyigisho mw’ishirahamwe HROC Burundi
Actualités Bujumbura-Mairie

Gushigikira ibikorwa bijanye no kunywanisha: CVR itanga inyigisho mw’ishirahamwe HROC Burundi

Ku musi wa kane, igenekerezo rya 18 Mukakaro 2024, Ambassadeur Pierre Claver Ndayicariye, Umukuru w’umugwi ujejwe gutohoza ukuri no kunywanisha Abarundi (CVR) mu Burundi, yaratanze inyigisho zihabwa abigisha abandi (formation…