CVR na MIPAREC: Amacakubiri y’amoko hamwe n’amatati y’amatongo biravugwa muri komine Rutegama
Actualités Muramvya

CVR na MIPAREC: Amacakubiri y’amoko hamwe n’amatati y’amatongo biravugwa muri komine Rutegama

Ku wa 17 Mukakaro 2024, komine Rutegama intara ya Muramvya yakiriye inama hagati y'umurwi w'Ukuri n’Ukurekuriranira (CVR) hamwe na MIPAREC. Iyo nama yabaye akaryo ku benegihugu, canecane abaserukira abandi ,…