Burundi/Ihonyabwoko ryabaye mu 1972-1973/Amahoro n’ukunywana: CVR itanga inyigisho muri komine Rutegama
Muramvya, igenekerezo rya 16 Mukakaro 2024- Umugwi w’ugutohoza Ukuri n’Ukunywanisha Abarundi (CVR), userukiwe n’umukuru wawo, witabiriye inama ikomeye yabereye muri komine Rutegama iri mu ntara ya Muramvya. Ni inama itunganijwe…